Urwiri
Urwiri ni ikimera kimera mu butaka, cyo ubwacyo kirimeza cyifitemo amoko mesnhi bitewe nakarere kirimo, ubutaka kiriho, ifumbire gikoresha, ubwoko bw'urwiri. urwiri nubwo rutakirwa neza n'abahinzi ariko rufite umumaro ukomeye kuko rufite irwara zidandukanye ruvura kuko imizi yurwiri ubwayo ivura ndetse nu rwiri rukavura.[1] [2] [3][4][5][6]
umumaro
hinduraUrwiri Ni ruvura ubushye. Twovuga:
- Cystite (Ubushye bwo muruhago biterwa namamikorobe)
- Uretrite (Ubushye bwo muturingoti tuzana amasobwe)
- Infections urinaires en général ( Ubwandu bwo mu ruhago).
- Urwiri ni Diurétique et depuratif rufasha murwongereza amasobwe:
- Ruvura abafise udusenyi twomu mafyigo (calculs urinaires
- Abarwayi ba goutte
- Abarwayi ba arthrite (ibibazo vyo mumitsi)
- Cellulite
- Ni Sudorifique (Rufasha gusohora ivyuya)[3][2][1][7][5]
kubafise indwara za
Amashakiro
hindura- ↑ 1.0 1.1 1.2 "Archive copy". Archived from the original on 2023-03-01. Retrieved 2023-03-04.
{{cite web}}
: CS1 maint: archived copy as title (link) - ↑ 2.0 2.1 2.2 https://plantwiseplusknowledgebank.org/doi/10.1079/PWKB.20167800295
- ↑ 3.0 3.1 3.2 https://www.youtube.com/watch?v=taGtn9VB8hQ
- ↑ https://www.cabdirect.org/cabdirect/abstract/20167800295
- ↑ 5.0 5.1 5.2 https://www.kigalitoday.com/ubukungu/iterambere/article/imbaho-akora-mu-rwiri-n-ibirere-zimaze-kumwinjiriza-ibihumbi-800rwf
- ↑ "Archive copy". Archived from the original on 2023-03-04. Retrieved 2023-03-04.
{{cite web}}
: CS1 maint: archived copy as title (link) - ↑ https://www.cabdirect.org/cabdirect/abstract/20167800295
- ↑ https://www.cabdirect.org/cabdirect/abstract/20167800295