Kanku Mulekelayi

Inyandikorugero:Infobox Footballeur

Kanku Mulekelayi
Uko ameze
Ikipe TP Mazembe
Inomero 24
Ibi mugize
Ubwenegihugu Congolais (RDC)
Amavuko (Imyaka 43 )

Lubumbashi (RD Congo)
Uburebure Metero 1,68
Poste Hagati mu kibuga
umwuga
Umwaka Ikpe Ibindi
1999-2003 FC Saint Éloi Lupopo
2003-2004 TP Mazembe
2004-2006 Ajax Cape Town
2006-2010 TP Mazembe
Mu ikipe y'igihugu
Umwaka Ikipe Ibindi
2000-2004 RD Congo 16 (2)

Catégorie:Article utilisant une Infobox Catégorie:Pas d'image locale ni d'image sur Wikidata Catégorie:Utilisation du paramètre parcours pro dans le modèle infobox Footballeur Kanku Mulekelayi,(Yavutse Ku ya 1 Mutarama 1980) i Lubumbashi, niumukinnyi ukina umupira w'amaguru ukomoka muri Repubulika Iharanira Demokarasi ya Kongo ukina nku mukinnyi wo hagati wa TP Mazembe .

Ibihembo hindura

  • Uwatsinze CAF Champions League muri 2009 na 2010 hamwe na TP Mazembe
  • Uwatsinze Supercup ya CAF muri 2010 hamwe na TP Mazembe
  • shampiyona wa DR Congo muri 2007 na 2009 hamwe na TP Mazembe

amahuza yo hanze hindura