Fabregas (umuririmbyi)

Fabrice Mbuyulu (wavutse ku ya 13 Kamena 1987), azwi cyane ku izina rye ry'ubuhanzi rya Fabregas Le Métis Noir [1] ni umuhanzi n’umwanditsi w'indirimbo akaba kandi anatunganya umuziki mu nzu ye bwite itunganya umuziki yitwa Wanted Record yashinzwe mu mwaka wa 2015. Yatangiye umwuga wa muzika ubwo yaririmbaga muri kiliziya gatolika. Azwi kandi nk'umunyamuryango wa Wenge Musica Maison Mère kuva mu mwaka wa 2008 kugeza mu mwaka wa 2011 [2]

Disikogarafi hindura

Alubumu za studio hindura

  • 2013: Amour Amour (Editionn Collector)
  • 2014: Anapipo
  • 2015: Pona Yo
  • 2015: Amour Amour (Le metis noir)
  • 2016: Eliminado
  • 2016: Je Pense <<Antidote>>
  • 2016: Je Pense <<Poison>>
  • 2019: Mise à jour - Volume.1
  • 2019: Mise à jour - Volume.2

Indirimbo hindura

  • 2014: Mascara (Ya Mado)
  • 2015: Tengana

Reba hindura

  1. Africavoice. "Fabregas Le Métis Noir". Afro Video (in American English). Archived from the original on 2019-08-04. Retrieved 2019-08-04.
  2. La, Redaction (14 June 2019). "ZOOM sur Fabregas le métis noir, le maestro de la musique congolaise". Strong2kinmoov (in Igifaransa). Retrieved 2019-08-04.

Ihuza ryo hanze hindura