Baggio Siadi
Baggio Siadi | ||
Situation actuelle | ||
---|---|---|
Ikipe | TP Mazembe | |
iNumero | 22 | |
ibimugize | ||
Izina | Baggio Siadi Ngusi | |
Ubwenegihugu | Congolais (RDC) | |
Amavuko | Congo | |
Uburebure | 1,80 | |
Umwanya | Ubuzamu | |
Ukuguru | Iburyo | |
mu gihugu | ||
Umwaka | ikipe | il |
2014-2018 | DC Motema Pembe | |
2018-2019 | AS Nyuki | |
2019-2020 | FC Saint Éloi | |
2020-2021 | Groupe Bazano | |
2021- | TP Mazembe | |
igihugu | ||
umwaka | ikipe | ib |
2019- | RD Congo | 4 (0) |
aggio Siadi Ngusia (yavutse Ku ya 21 Nyakanga 1997 muri Repubulika Iharanira Demokarasi ya Kongo) ni umukinnyi uri mpuzamahanga ukinaumupira w'amaguru ukomoka muri Kongo [1] . Akina muri TP Mazembe nk'umuzamu [2] , [3] .
Ubuzima
hinduraUmwuga
hinduraMuri ikipe
hinduraKugeza ubu ni umukinnyi wa TP Mazembe wo mu itsinda ry'imikino ry'urubyiruko Bazano, kuva Ku ya 22 Nyakanga 2021 kumasezerano y'imyaka 5, Baggio nawe yaje guhinduka nku muzamu w'ikipe DCMP [3] .
Mu guhitamo
hinduraInyandiko
hindura- ↑ "Baggio Siadi Ngusia : Palmares, Age et Club TP Mazembe". Foot Mercato : Info Transferts Football - Actu Foot Transfert (in Igifaransa). Retrieved 2022-06-07.
- ↑ "Mercato: Baggio Saidi signe au TP Mazembe pour 5 saisons !". RDC Afrique Football (in American English). 2021-07-23. Retrieved 2022-06-07.
- ↑ 3.0 3.1 "mediacongo.net - Actualités - Mercato : les portiers congolais Saïdi Baggio et nigérian Suleman Shaibu signent pour 5 ans au TP Mazembe". www.mediacongo.net. Retrieved 2022-06-07.