Akarere k’Altındağ (izina mu giturukiya : Altındağ ilçesi ) ni akarere kari mu ntara y’Ankara y’igihugu cya Turukiya. Akarere k’Altındağ ni kamwe mu turere 16 tugize Intara y’Ankara. Akarere gatuwe n’abaturage bagera kuri 367.812 (abagabo 184.329 n'abagore 183.483)[1] , batuye kubuso bwa km² 174,53.

Ikarita y’intara y’Ankara n’akarere k’Altındağ
Altındağ
Umuhanda wa Altındağ
turkey

Iryo zina ryakomotse ku magambo 2 yo m’ururimi rw’igiturukiya ariyo («altın» 'izahabu' na «dağ» 'umusozi').

Akarere gahana imbibe

hindura

Gahana imbibi na:

Mu majyaruguru : Akarere ka Pursaklar n’Akarere k’Akyurt
Mu burasirazuba : Akarere k’Elmadağ
Mu majyepfo : Akarere ka Mamak
Mu burengerazuba : Akarere ka Keçiören n’Akarere ka Yenimahalle

Ubuyobozi bw’Altındağ

hindura
Umuyobozi w’akarere : Hamza Duygun
Umuyobozi w’umujyi : Veysel Tiryaki

Imibare y’abaturage

hindura
Imyaka Umujyi Imidugudu Igiteranyo
2010 365.920 0 365.920
2009 367.340 0 367.340
2008 367.812 0 367.812
2007 367.471 3.264 370.735
2000 400.023 7.078 407.101
1997 374.697 5.515 380.212
1990 417.616 5.052 422.668
1985 397.234
1980 608.689
1975 512.392
1970 335.096
1965 218.464
1960 148.420


references

hindura
  1. TÜİK

Imiyoboro

hindura