Addy-Waku Menga
Inyandikorugero:Infobox Footballeur
Addy-Waku Menga | ||
Amakuru ye | ||
---|---|---|
ikipe | VfL Osnabrück | |
inomero | 13 | |
Ibimuranga | ||
izina | Ardiles-Waku Menga | |
Ubwenegihugu | Congolais (RDC) | |
Amavuko | Kinshasa (Zayire) | |
Uburebure | 1,77 | |
Umwanya | rutahizamu | |
umwuga | ||
umwaka | ikipe | ibindi |
2002-2007 | VfL Osnabrück | 114 (39) |
2007-2009 | Hansa Rostock | 17 (1) |
2009-2010 | Werder Brême II | 43 (7) |
2010-2012 | Wehen Wiesbaden | 44 (7) |
2012-2013 | Preußen Münster | 20 (5) |
2013-2014 | VfB Oldenbourg | 32 (23) |
2014- | VfL Osnabrück | 41 (14) |
ikipe y'igihugu | ||
umwaka | ikipe | ibindi |
2010- | RD Congo | 1 (0) |
Catégorie:Article utilisant une Infobox Catégorie:Pas d'image locale ni d'image sur Wikidata Catégorie:Utilisation du paramètre parcours pro dans le modèle infobox Footballeur Ardiles-Waku Menga, (yavutse Ku ya 28 Nzeri 1983 i Kinshasa) ni umukinnyi umupira w'amaguru wa bigize umwuga ukomoka muri Repubulika Iharanira Demokarasi ya Kongo, ukina nka rutahizamu.
Menga yakuriye mu Budage. Yatangiye umwuga we wumwuga muri 2001 hamwe na VfL Osnabrück, aho yatsindiye ibitego byinshi muri shampiyona yo muri 2006-2007 n'ibitego 15.
Umwuga
hindura- 2001 - 2007: VfL Osnabruck
- 2007 - 2008: FC Hansa Rostock
- 2009 - 2010: Werder Bremen
- 2010 -kubu: SV Wehen Wiesbaden
Mpuzamahanga
hinduraKugeza ubu afite amahitamo y gukinira Repubulika Iharanira Demokarasi ya Kongo .
Inyandiko
hindura