Vitamini B1: Difference between revisions

Content deleted Content added
Created page with 'thumb|250px|<font color="green">Vitamini B1</font> ''Vitamini B1'' ''Aho ikomoka'' : ibinyampeke cyane cyane ibimeze (''céréales germés''), umuceri, ama...'
 
No edit summary
Umurongo 3:
''Vitamini B1''
 
''Aho ikomoka'' : ibinyampeke cyane cyane ibimeze (''céréales germés''), umuceri, amatunda (cyane cyane mu maronji-amacunga), amashereka n’amata y’inka, umutonore wa soya, lantiye (''lentilles''), ubuki, ...
 
''Ingorane zibaho iyo yabuze'' : habaho imivurungano mu bwonko, irangwa no kuribwa mu mutwe rimwe na rimwe w’uruhande rumwe, ibijaganyuro mu ntoki no mu birenge, guhondobera, kugira ibyuya birenze urugero nta mpamvu igaragara, kugabanuka k’ubushyuhe bw’umubiri. Habaho kandi imivurungano mu nzira y’ibiryo, irangwa no kubura ipfa ryo kurya (''anorexie''), kugira iseseme, kuruka, kugabanuka kw’imisemburo yo mu gifu n’amara, bigakorana imbaraga nke, kwituma impatwe (''constipation''). Habaho n’imivurungano mu mikorere y’inyama z’umubiri, irangwa no gucika intege, kuremara bimwe mu bice by’umubiri (''paralysie''). Hari n’imivurungano mu migendere y’amaraso, irangwa no guhumeka nabi ubura umwuka, umutima ukabyimba, gucika intege. Iyi vitamini irakenewe cyane mu mikorere myiza y’ubwonko.
 
[[Category:Vitamini]]
 
[[ar:فيتامين ب1]]
[[az:B1 vitamini]]
[[bg:Витамин B1]]
[[bs:Vitamin B1]]
[[ca:Tiamina]]
[[cs:Thiamin]]
[[cy:Thiamin]]
[[da:Tiamin]]
[[de:Thiamin]]
[[dv:ވިޓަމިން ބީ1]]
[[en:Thiamine]]
[[eo:Tiamino]]
[[es:Vitamina B1]]
[[et:Vitamiin B1]]
[[eu:B1 bitamina]]
[[fa:ویتامین ب۱]]
[[fi:Tiamiini]]
[[fo:Thiamin]]
[[fr:Vitamine B1]]
[[gl:Vitamina B1]]
[[he:ויטמין B1]]
[[hi:विटामिन बी१]]
[[hr:Vitamin B1]]
[[hu:Tiamin]]
[[id:Tiamina]]
[[is:B1-vítamín]]
[[it:Tiamina]]
[[ja:チアミン]]
[[ko:비타민 B1]]
[[lb:Thiamin]]
[[lt:Tiaminas]]
[[mk:Витамин Б1]]
[[ml:തയാമിന്‍]]
[[ms:Vitamin B1]]
[[nl:Thiamine]]
[[no:Tiamin]]
[[oc:Vitamina B1]]
[[pl:Witamina B1]]
[[pt:Tiamina]]
[[ro:Tiamină]]
[[ru:Тиамин]]
[[sh:Vitamin B1]]
[[simple:Thiamin]]
[[sk:Tiamín]]
[[sl:Tiamin]]
[[sq:Vitamina B1]]
[[sr:Витамин Б1]]
[[su:Tiamin]]
[[sv:Tiamin]]
[[tg:Тиамин]]
[[th:ไทอามีน]]
[[uk:Тіамін]]
[[ur:Thiamin]]
[[wa:Tiyamene]]
[[zh:硫胺]]